<   swipe next   >
Vocabulary of the day
do you know kumijira ?
none urarizi éclabousser ?
Humor
 Inabigirankana ataye ikibuno ku ziko ati ibibanza vyaduhindutse!
Learn Kirundi with Music & Lyrics
  "Data"
by Natacha
Iciza c’umuco Umurikira umuntu aho atabona Hagera naho murugo Bikagaragara neza ivyo utabona Mugicuku ukazinduka cane eeh Mvumenyano canza tujane eeeh Ariko ub’ufise impamvu...
Umugani: Abami b'Abarundi
Kera hose kandi n’ubu, Uburundi bgamye bugabga n’umwami. Kand’ abami b’Abarundi bose bava mu bgoko bumwe. Bagira amazina ane ...
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install