<   swipe next   >
Vocabulary of the day
do you know kwemera ?
none urarizi accepter ?
Humor
 Agakecuru karose gapfa kati maze simvyanka!
Learn Kirundi with Music & Lyrics
  "Helena"
by Berry Music
Helena Helena unanibamba Helena Helena Helena mi nakupenda Helena Nagukunze cane na body yako tamu kama asari Uri mwiza...
Umugani: Inyanana n'ifuku n'umusakanyika
Inyanana n’ifuku n’umusakanyika, vyaritoye be ja ngaho, ngo Ngo tuyage amarushwa. Biragiye ngaho. Inyanana irinamuye, iti Jewe, amarushwa nagowe ...
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install